Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Eid ul-Adha na Hajj ni iki mw'idini rya Islam, ihimbazwa ryari?
Menya ico umunsi mukuru wa Eid ul-Adha aba-Islam hirya no hino kw'isi bizihiza uno munsi, usigura.
Ayo masanamu ari munsi aragusigurira intambwe ku yindi ico uyu munsi usigura n'igituma uhimbazwa mw'idini rya Islam, igihe uhimbarizwa hamwe n'imigirwa bijana.
Uramenya kandi ico ari co umugirwa wa Hajj, igihe ubera hamwe n'ico usigura.