Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Umumenyeshamakuru Sandra Muhoza yari amaze imyaka ibiri mw'ibohero yarekuwe
Muhoza yakorera ikinyamakuru cigenga La Nova Burundi yagiye gutorwa n'umugabo wiwe kw'ibohero rya Ngozi.
Victoire Ingabire mu rukiko rw'Ikirenga yasabye ko hari ingingo ivanwa mu mategeko mpanabyaha
Muri uru rubanza, Ingabire yunganiwe n'abanyamategeko batatu na ho inteko y'Urukiko igizwe n'abacamanza batatu bayobowe n'umukuru w'Urukiko rw'Ikirenga Madame Domitille Mukantaganzwa.
IKIBIRIRAHO, Amerika yigambye ko yarashishije Torpedo ‘ubwato bw’intambara’ bwa Iran bwarohamye hafi ya Sri Lanka
Minisitiri w'ingabo wa Amerika Pete Hegseth yabwiye abanyamakuru ati: “Ubwato bw’intambara bwa Iran bwari buzi ko ntacyo bwaba buri mu mazi mpuzamahanga.
Umugore wo muri Korea y'epfo n'abaganga bagiriwe n'icaha co kwica umwana akivuka
Uwo mugore yashaka gukorora inda y'indwi 36 - ariko abashikirizamanza bavuze ko umwana yari yavutse akomeye yicwa mu nyuma.
Uko iyi ntambara ya US-Israel na Iran ishobora gutuma ibiciro by’ibiribwa bizamuka
Sobanukirwa uko umukuru w'uruganda rwa kabiri mu gukora ifumbire ku isi asobanura akaga iyi ntambara iteje ku biribwa bw'ibanze ku isi.
Imyaka 40 iraheze: Mbega AMB yarashoboye gufasha abaririmvyi b'Uburundi?
Abanyamuziki batandukanye babwiye BBC ivyiyumviro vyabo kuri iri shirahamwe ryatangujwe ritanga icizere ko rigiye guhindura vyinshi mu muziki w'Uburundi.
Abantu barenga 170 biganjemo abana biciwe mu gitero cabaye "giturumbuka" muri Sudani y'Epfo
Ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryagumye rigabisha ko iki gihugu kiri mu kaga ko gusubira mu ntambara yeruye.
Melania Trump ayoboye inama y'akanama ka ONU kajejwe umutekano ku bana bari mu ntambara muri Irani
Ni ubwa mbere umugore cyangwa umugabo w'umutegetsi w'igihugu ayoboye iyo nama. ni
Kuki Amerika yahannye ingabo z'u Rwanda n'abajenerali bane?
U Rwanda ruvuga ko rubabajwe n'ibi bihano "byibasira uruhande rumwe gusa birurenganya", mu gihe DRC yabishimye ivuga ko ari "ikimenyetso gikomeye mu gushyigikira iyubahirizwa ry'ubusugire" bwayo.
Michael B Jordan yahinduye isura y'irushanwa rya Oscars ubwo Sinners yegukanaga ibihembo bikomeye
Ibihembo uyu mukinnyi ukomeye wa filimi yegukanye bitumye bisa n'aho biboneka neza uko ibihembo bigiye kuza bya Oscars bizagenda.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Nyuma y'urupfu rwa Ayatollah Ali Khamenei, ni nde urimo kuyobora Iran?
Inama y'Impuguke yatoye Alireza Aarafi, umwe mu bagize itsinda riyiboye akanama gashinzwe umutekano , nk'umwe mu bagize "itsinda ry'abanyamategeko" b'Inama y'agateganyo iyobora Repubulika ya Kiyisilamu ya Irani. Ese ni muntu ki?
Mbega nivyo umukobwa wa Kim yoba agiye kuba umukuru wa Korea ya Ruguru?
Muri iki gihe Kim Jue Ae ariko araboneka cane ari kumwe na se wiwe, ariko vyinshi ku bijanye na we biracari ibanga.
Ayatollah Khamenei: Uko igitero cyo kumwica cyateguwe na Israel na Amerika kikaba mu gitondo aho kuba nijoro
Amaha macye cyane mbere y'uko indege zihaguruka zikajya kurasa Amerika yahaye Israel amakuru ya nyuma yo gukoreraho y'aho Khamenei aherereye, nta kwibeshya kwabayemo kuri iki.
Ayatollah Khamenei: Uko uwari umutegetsi w'ikirenga wa Irani yari yarashoboye kugundira ubutegetsi
Khamenei yakoresheje ingamba z'ubuhezanguni mu mitegekere zo guhangana n'igitutu cy'amavugurura cyakomeje kwiyongera, mu myaka hafi 40 yamaze ku butegetsi.
Iran ivuga ko ibitero bya Amerika na Isirayeli ku ishuri byishe abantu 108 biganjemo abana
Israel na Amerika ntibiremeza ibivugwa kandi ntacyo biravuga ku bitero ku ishuri ryo mu mujyi wa Minab mu majyepfo ya Iran.
Ubushakashatsi bwerekanye ko intanga z'abagabo zihuta cyane mu gihe cy'impeshyi
Kumva imihindagurikire n'ubushobozi bw'intangangabo bigenganye n'ibihe by'umwaka bishobora gufasha kuvura ubugumba nk'uko ubu bushakashatsi bubivuga.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango