Rafael Nadal ahagaritse gukina tennis vy'umwuga
Rafael Nadal ahagaritse gukina tennis vy'umwuga
Rurangiranwa mu mukino wa tennis, umunye-Espagne Rafael Nadal, ejo kuwa gatatu yatangaje ko ahagaritse gukina tennis vy'umwuga.
Nadal afatwa nk'umwe mu bakinyi ba tennis bakomeye cane kw'isi bakinye uno mukino kuva wabaho.
Muri ino video aravuga impamvu yamutumye afata iki cemezo avuga ko kitari coroshe.



