Israel – Gaza: uko bakiriye ihagarikwa ry'intambara
Israel – Gaza: uko bakiriye ihagarikwa ry'intambara
Kuba hemejwe ko intambara zihagarara, umunezero uri mu ba nye Gaza ndetse n'aba nye Israel.
Ni inyuma y'ibiganiro hagati ya leta ya Israel n'umuhari Hamas i Doha muri Qatar.
Mu vyo bipfuza, bo bongeremwo ko n'abagizwe imbohe na Hamas, ndetse n'abishwe bose botahanwa iwabo muri Israel.
Ikibazo ni uko ihagarikwa ry'ingwano rizorama.




