Abaharurwa muri mirongo bishwe, 'embassies' zimwe zirononwa muri RDC

Insiguro ya video, RDC: abaharurwa muri mirongo bishwe, ‘embassies’ zimwe zirononwa
Abaharurwa muri mirongo bishwe, 'embassies' zimwe zirononwa muri RDC

Mu gihe umuhari M23 wariko winjira mu gisagara ca Goma, n'imiburiburi haharurwa 17 bishwe, na 400 bakomeretse.

I Kinshasa, ubuserukizi nk'ubwa France, USA, Uganda, Rwanda, n'ahandi bwononywe n'abateye akaguma mu gisagara gikuru.

Hitezwe vyinshi mw'ihuriro ry'abakuru b'ibihugu vya EAC yatumweko vyihuse na Perezida w'umuryango, William Ruto.

Goma abantu bishwe, Kinshasa ubuserukizi bw'ibihugu burononwa.
Insiguro y'isanamu, Goma abantu bishwe, Kinshasa ubuserukizi bw'ibihugu burononwa.