Gaza, hatanguye gutwarwayo imfashanyo n'italiki yashinzwe itaragera
Gaza, hatanguye gutwarwayo imfashanyo n'italiki yashinzwe itaragera
Imfashanyo, ni kimwe mu biri mu masezerano y'i Doha, yo guhagarika intambara.
Izo kamyo zakura imfashanyo i Jordan zijanwa muri Gaza, n'italiki yo guhagarika intambara (19/01/2025) itarashika.
Hitezwe ko hazoza harajayo ama kamyo amajana y'imfashanyo, k'umunsi.