Perezida wa USA ahembwa ayangana iki?

Insiguro ya video, Perezida wa USA ahembwa ayangana iki?
Perezida wa USA ahembwa ayangana iki?

Dufatiye kuri Joe Biden yasozereye ikiringo ciwe, yashikana US$ 700 000, k'umwaka.

Muri ayo hari ayadaca kuri 'compte' ya banki yiwe, ariko amufasha mu vyo akora, n'uko abaho.

Hari n'ayandi rero atekererwa, aguma arahabwa, gushika yitavye Imana: US$240 000.

Kuva mu 2001, nta giciro ntabanduka kiriho, ariko nka Joe Biden yashikana $700 000.
Insiguro y'isanamu, Kuva mu 2001, nta giciro ntabanduka kiriho, ariko nka Joe Biden yashikana $700 000.