Gute Ngonyani amenyereza muri football atabona?
Gute Ngonyani amenyereza muri football atabona?
Priver Ngonyani amaze imyaka 10 ari umumenyereza w'umugwi wa football 'Mfaranyaki', muri Tanzania.
Avuga ko intumbero yiwe ari ukugira abakinyi bubaha, kandi bameze nk'abavukanyi.
Abikora abikunda, atabihemberwa.