Utahure uko Papa Francis agwaye

Insiguro ya video, Utahure uko Papa Francis agwaye
Utahure uko Papa Francis agwaye

Papa Francis afise umusonga wo mu mahaha bivuye ko yanduye ingwara ibangamira amahaha yose abiri.

Ku myaka 21, Jorge Mario Bergoglio yaragwaye ihaha ry'I buryo, mu kumuvura bahimbura igice caryo.

Kuva ico gihe, gushika ku myaka yiwe 88 ubu, yagumanye ubumuga butuma abangamirwa n'ingwara zijanye no guhema.

Yinjiye ibitaro aherutse gutanguza iciswe "Umwaka Mweranda", i Roma hitezwe ama miliyoni y'ingenzi n'abaja gusenga.

Papa Francis amaranye imyaka irenga 60 ubumuga mu mahaha.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Papa Francis amaranye imyaka irenga 60 ubumuga mu mahaha.